Pages

Monday 31 August 2015

[amakurunamateka] ONU: Itangazo ry'Umumunyamabanga Mukuru wa O-N-U, Ban Ki-moon k'Uburundi

 



Itangazo ry'Umumunyamabanga Mukuru wa O-N-U, Ban Ki-moon ku Burundi        
Umunyamabanga mukuru w'ishirahamwe O-N-U, Ban Ki-moonUmunyamabanga mukuru w'ishirahamwe O-N-U, Ban Ki-moon
x
Umunyamabanga mukuru w'ishirahamwe O-N-U, Ban Ki-moon
Umunyamabanga mukuru w'ishirahamwe O-N-U, Ban Ki-moon

VOA Africa
28.08.2015 22:37
                
Umunyamabanga mukuru w'ishirahamwe mpuzamakungu O-N-U, Ban Ki-moon, yasohoye itangazo ku musi wa gatanu, italiki 28 z'ukwezi kw'umunani, umwaka w'2015, umusi Uburundi bwibuka imyaka cumi n'itanu irangiye amasezerano ya mbere ya Arusha y'amahoro n'ukunywanisha Abarundi ateweko igikumu, mu gihugu ca Tanzania.

Mu kiringo c'amezi atanu arangiye, ayo masezerano yarabangamiwe.

Umunyamabanga mukuru w'ishirahamwe mpuzamakungu O-N-U, Ban Ki-moon, yasavye Abarundi gusubira kwisunga amasezerano y'i Arusha, biciye mu biganiro, ukwumvikana n'ugutorera inyishu amatati biciye mu mahoro.

Yasavye abayobozi b'impande zose za politike kwerekana ubutwari n'ukubona kure, mu gusubira mu biganiro n'abo batavuga rumwe, bakarengera ibibazo vya politike bibatandukanya.

Amenyesha ko, uko ivyo izo mpande zidahuriyeko bishobora kuba bingana kwose, ari bito umuntu abigereranije n'ugusubira mu bwicanyi.

Ukwezi kumwe inyuma yuko amasezerano ya Arusha ateweko igikumu, umuhuza mu mugambi w'amahoro mu Burundi, Nelson Mandela, yavugiye mw'ishirahamwe O-N-U, kw'Uburundi bwinjiye mu kiringo gishasha c'amateka yabwo. Yatangaje kw'abazohungabanya amasezerano ya Arusha bazobibazwa imbere y'amateka.

Umunyamabanga mukuru w'ishirahamwe O-N-U, Ban Ki-moon, yasubiyemwo ubwo butumwa bwa Mandela.

Yerekanye umwizero kw'abategetsi b'impamnde za politike zose, harimwo abari mu buhungiro, bazokwerekana ukwiyemeza kwabo, ku vyerekeye kwubakira ku mahoro n'umutekano amasezerano ya Arusha yazanye mu Burundi.
###
"Hate Cannot Drive Out Hate. Only Love Can Do That", Dr. Martin Luther King.


###
"Hate Cannot Drive Out Hate. Only Love Can Do That", Dr. Martin Luther King.
###

__._,_.___

Posted by: Nzinink <nzinink@yahoo.com>
Reply via web post Reply to sender Reply to group Start a New Topic Messages in this topic (1)
___________________________________________________
-Ce dont jai le plus peur, cest des gens qui croient que, du jour  au lendemain, on peut prendre une société, lui tordre le cou et en faire une autre.
-The hate of men will pass, and dictators die, and the power they took from the people will return to the people. And so long as men die, liberty will never perish.
-I have loved justice and hated iniquity: therefore I die in exile.
-The price good men pay for indifference to public affairs is to be ruled by evil men.
=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=--=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-
-To post a message: amakurunamateka@yahoogroups.com; .To join: amakurunamateka-subscribe@yahoogroups.com; -To unsubscribe from this group,send an email to:
amakurunamateka-unsubscribe@yahoogroups.com
_____________________________________________________
-More news:  http://amakurunamateka.blogspot.com

https://www.facebook.com/amakurunamateka

https://www.facebook.com/musabeforum

http://www.musabe.com/
--------------------------------------------------------------------------------------
-SVP, considérer  environnement   avant toute  impression de  cet e-mail ou les pièces jointes.
======
-Please consider the environment before printing this email or any attachments.
--------------------------------------------------------------------------------------

.

__,_._,___

No comments:

Post a Comment

Note: only a member of this blog may post a comment.

“Uwigize agatebo ayora ivi”. Ubutegetsi bukugira agatebo ukariyora uko bukeye n’uko bwije.

"Ce dont j’ai le plus peur, c’est des gens qui croient que, du jour au lendemain, on peut prendre une société, lui tordre le cou et en faire une autre."

“The price good men pay for indifference to public affairs is to be ruled by evil men.”

“The hate of men will pass, and dictators die, and the power they took from the people will return to the people. And so long as men die, liberty will never perish.”

“I have loved justice and hated iniquity: therefore I die in exile."

KOMEZA USOME AMAKURU N'IBITEKEREZO BYA VUBA BYAGUCITSE:

RECOMMENCE

RECOMMENCE

1.Kumenya Amakuru n’amateka atabogamye ndetse n’Ibishobora Kukugiraho Ingaruka ni Uburenganzira Bwawe.

2.Kwisanzura mu Gutanga Ibitekerezo, Kurwanya Ubusumbane, Akarengane n’Ibindi Byose Bikubangamiye ni Uburenganzira Bwawe.